• Oct : 21 : 2016 - Miley Cyrus azwi cane nkumuririmvyi akunda kwambara impenereza yasavye abakunzi biwe ko bamukora kugitsina
  • Oct : 15 : 2016 - Kubera kutambara agahuzu kimbere ,vyatumye abakunzi ba Ashley Diva bibonera amabere yiwe bitabagoye na gato:amafoto
  • Oct : 14 : 2016 - Thaïlande ,umuganwa yakoze ibitari bwakogwe numuganwa numwe kuva isi yabaho:amafoto
  • Oct : 14 : 2016 - Umwigeme yamenyekanye kubera afise amabere 3 yabonetse ariko arakwega abasore 4 nk’imbwa mwibarabara:amafoto
  • Oct : 14 : 2016 - Yiswe icihebe inyuma yo kwiyamiriza kuBurundi butova muri Sentare mpuzamakungu:amajwi

Featured articles

Miley Cyrus azwi cane mukwambara impuzu ngufi ngufi canke izimwambika ubusa ndetse akaba numwe mubaririmvyikazi bakunda  gukora ibintu benshi  babona nk’ubusambanyi  aba ariko arakorera kuri   Read More ...

Kubera kutambara agahuzu kimbere gafata canke ngo kanyegeze amabere vyatumye ,umuririmvyikazi Ashley Diva yerekana amabereye yiwe ,aja kumugaragaro atacamira. Ibi Asshley Diva asa nayo yabigize nkumwambaro(stlye) mushasha kuriwe kuko yabonetse incuro zibiri zose yambaye murubwo   Read More ...

Umuganwa Maha Vajiralongkorn wo mugihugu ca Thailande yakoze ibitari bwakorwe numuganwa numwe kw’isi  ,binatuma umuryango wiwe uja mugahinda kadasanzwe. Kumyaka 63 yamavuko ,Maha Vajiralongkorn ,asanzwe ava   Read More ...

Jasmine Tridevil ,umwigeme wo muri reta zunze ubumwe bwa Amerika yamamaye kw’isi  cane kubera kugira amabere atatu ,yabonetse mumababaraba yo muri reta zunze ubumwe za Amerika ariko arakwega abagabo bashika   Read More ...

Miley Cyrus azwi cane nkumuririmvyi akunda kwambara impenereza yasavye abakunzi biwe ko bamukora kugitsina

Miley Cyrus azwi cane mukwambara impuzu ngufi ngufi canke izimwambika ubusa ndetse akaba numwe mubaririmvyikazi bakunda  gukora ibintu benshi  babona nk’ubusambanyi  aba ariko arakorera kuri   Read More ...

Miley Cyrus azwi cane nkumuririmvyi akunda kwambara impenereza yasavye abakunzi biwe ko bamukora kugitsina

Miley Cyrus azwi cane mukwambara impuzu ngufi ngufi canke izimwambika ubusa ndetse akaba numwe mubaririmvyikazi bakunda  gukora ibintu benshi  babona nk’ubusambanyi  aba ariko arakorera kuri   Read More ...

Miley Cyrus azwi cane mukwambara impuzu ngufi ngufi canke izimwambika ubusa ndetse akaba numwe mubaririmvyikazi bakunda  gukora ibintu benshi  babona nk’ubusambanyi  aba ariko arakorera kuri Scene mugihe aba ariko araririmba ,yongeye gukora ibintu vyatangaje abantu benshi aho yemerera abakunzi bumuziki wiwe kumukora kugitsina ciwe atangorane. Ibi ,Miley Cyrus  yabikoze mugihe yariko ararimba murukurikirane rw’ibiteramo vyiwe yiswe, Bangerz tour  aho yari mu gice  ca  Vancouver giherereye mu gihugu ca Canada. Ibi   Read More ...

Kubera kutambara agahuzu kimbere gafata canke ngo kanyegeze amabere vyatumye ,umuririmvyikazi Ashley Diva yerekana amabereye yiwe ,aja kumugaragaro atacamira. Ibi Asshley Diva asa nayo yabigize nkumwambaro(stlye) mushasha kuriwe kuko yabonetse incuro zibiri zose yambaye murubwo buryo butuma imoko zamabere yiwe ziboneka atankomanzi. Raba amafoto hasi yerekana uburyo Ashley Diva yari yambaye Raba Video nshasha iheruka gukorwa na Ashley Diva ngaho musi Share PostTwitterFacebookGoogle +1Email

Umuganwa Maha Vajiralongkorn wo mugihugu ca Thailande yakoze ibitari bwakorwe numuganwa numwe kw’isi  ,binatuma umuryango wiwe uja mugahinda kadasanzwe. Kumyaka 63 yamavuko ,Maha Vajiralongkorn ,asanzwe ava mu muryango wabami mugihugu ca Thailand yuriye indege imushikana mugihugu c’uBudagi mugisagara ca Munich yambaye impuzi ziteye isoni n’agahinda. Maha Vajiralongkorn ashika kukibuga c’indege ca Munich yari yaje kwakirwa n’abakuru na cane cane abo mu gwego gwa gisirikare bo mu Budagi ariko agishika kukibuga c’indege   Read More ...

Jasmine Tridevil ,umwigeme wo muri reta zunze ubumwe bwa Amerika yamamaye kw’isi  cane kubera kugira amabere atatu ,yabonetse mumababaraba yo muri reta zunze ubumwe za Amerika ariko arakwega abagabo bashika bane mwibarabara nkakurya umuntu akwega imbwa. Ibi rero bikaba bitavuzweko rumwe nababonye ibi vyakozwe nuyu mwigeme kuko  benshi bemeje kwari agasuzugro yakoreye igitsina gabo mugihe abandi bemeza kwivyo yabikoze kugira agume avugwa mubimenyesha makuru .   Share PostTwitterFacebookGoogle +1Email

Featured Video

Miley Cyrus azwi...

Posted on Oct - 21 - 2016

0 Comment

Yiswe icihebe inyuma yo...

Posted on Oct - 14 - 2016

1 Comment

Jason Derulo hamwe na...

Posted on Mar - 11 - 2016

0 Comment

Aya mabanga ukazoyabwira...

Posted on Jan - 28 - 2016

0 Comment

Politike : Mumajwi Umukuru...

Posted on Jun - 13 - 2016

0 Comment

Nigeria : Abarenga 4000...

Posted on Apr - 27 - 2016

0 Comment

Twitter updates