• Oct : 21 : 2016 - Miley Cyrus azwi cane nkumuririmvyi akunda kwambara impenereza yasavye abakunzi biwe ko bamukora kugitsina
  • Oct : 15 : 2016 - Kubera kutambara agahuzu kimbere ,vyatumye abakunzi ba Ashley Diva bibonera amabere yiwe bitabagoye na gato:amafoto
  • Oct : 14 : 2016 - Thaïlande ,umuganwa yakoze ibitari bwakogwe numuganwa numwe kuva isi yabaho:amafoto
  • Oct : 14 : 2016 - Umwigeme yamenyekanye kubera afise amabere 3 yabonetse ariko arakwega abasore 4 nk’imbwa mwibarabara:amafoto
  • Oct : 14 : 2016 - Yiswe icihebe inyuma yo kwiyamiriza kuBurundi butova muri Sentare mpuzamakungu:amajwi

Nkuko tubikesha imbuga nyinshi za internet zerekana ibihugu bimwe bimwe vyo kwisi bibayeho mumahoro ntangere kubera atabasirikare baba bafise, ariko naho biruko ivyo bihugu bikaba vyaragiranye amasezerano nibihugu bikomakomeye kugira bizobacungerere umutekano mugihe hagize ikindi gihugu kije kubatera, ivyo bihugu akaba aribi bikurikira kurutonde  rugizwe nibihugu canke amazinga 10 :

1 . Costa Rica

san-jose-costa-ricaCosta Rica Iki gihugu kikaba arikimwe kiri muri america yo hagati kikaba catoye itegeko ribuza inyigisho za gisirikare mumwaka wa 1949, ico gihugu rero kikaba kibaye mumahoro kubera atamuntu numwe yoza kugitera mugihe atagisirikare kigira.

2 . Nauru

los-10-paises-mas-pequenos-del-mundo-3Nauru akaba ari izinga ryegeranye na Australie, kumasezerano bagiranye nico gihugu ca Australie, iryo zinga rya pacifique rikaba rikingiwe bidasanzwe rikaba ridakeneye gutunga ingabo zibakingira.

3 . Liechtenstein

1157089095Liechtenstein iki gihugu kikaba carakuyeho abasirikire baco mumwaka wa 1868, kubera ico gihugu cabonako abasirikare bakoresha amafanga menshe cane, nico gihugu rero kikaba kibayeho atabasirikare kigira.

4 . Grenade

Fort-George-GrenadaIgihugu ca Grenade kikaba kibayeho atabasirikare kigira kuva mumwaka wa 1983 kuva aho Etas-Unis ikuriyeho intwaro yaba communiste muruwo mwaka kugeza namagingo aya bakaba babayeho atabasirikare bafise.

5 . Vatican

Travel

6 . Sainte-Lucie

Sainte-LucieIki gihugu kikaba gifise imirwi ibiri yigisirikare bakoroka mundege ariko akaba atagisirikare kivurwa ngaho murico gihugu, ico gihugu kikaba gikingiwe na systeme regional, kikaba kirikumwe nigihugu ca Grenade.

7 .  Marshall

marshallIzinga rya Marshall nirimwe mubihugu bikingiwe, iryo zinga rikaba ritagira abasirikare baricungera ariko rero rikaba rikaba ririndwa rikongera rikaba mumaboko ya Etas-Unis, mugihe hari uwurikomakomye aba yiyemeje kurwana na America yose.

8 . Andorre 

couv_andorra-la-vellaIco gihugu kikaba kitagira abasirikare baco bagicungera bamaho, ariko kikaba carasinye amasezerano hamwe nigihugu cu bufaransa hamwe nibindi bihugu vyiburayi yo kugicungera mugihe coba gitewe nibindi bihugu.  

9 . Samoa

SamoaIki gihugu coco kikaba kitigeze kigira abasirikare mukubaho kwaco, kuva mumwaka wa 1962 kikaba cagiranye amasezerano nigihugu ca Nouvelle-Zelande ko kizogicungerera umutekano muburyo bwose bushoboka.

10 . Saint-Vincent

Saint-VincentIri zinga rya Saint-Vincent ririkumwe na Grenade hamwe na Sainte-Lucie vyose hamwe bikaba bikingiwe na systeme regional, murico gihe akaba atagihugu nakimwe coza kutera ayo mazinga mugihe bakingiwe niyo systeme.


Sangira amakuru n'abagenzwe bikoroheye cane
Categories: Muhira, Mumakungu

2 Responses so far.

  1. Iranyibutse celestin says:

    yes,it is the Lord who provide security and protection to his people and specially to those who live by his command and law.because it is useless for the sentry the safeguard if the lord does not protect the city.So,let us make trust in Him and committed to live eccording to his Law, and we may live longer and longer without anything to come to threaten us.

  2. Iranyibutse celestin says:

    peace keeping operation

Leave a Reply


Featured Video

Twitter updates