• Oct : 21 : 2016 - Miley Cyrus azwi cane nkumuririmvyi akunda kwambara impenereza yasavye abakunzi biwe ko bamukora kugitsina
  • Oct : 15 : 2016 - Kubera kutambara agahuzu kimbere ,vyatumye abakunzi ba Ashley Diva bibonera amabere yiwe bitabagoye na gato:amafoto
  • Oct : 14 : 2016 - Thaïlande ,umuganwa yakoze ibitari bwakogwe numuganwa numwe kuva isi yabaho:amafoto
  • Oct : 14 : 2016 - Umwigeme yamenyekanye kubera afise amabere 3 yabonetse ariko arakwega abasore 4 nk’imbwa mwibarabara:amafoto
  • Oct : 14 : 2016 - Yiswe icihebe inyuma yo kwiyamiriza kuBurundi butova muri Sentare mpuzamakungu:amajwi

Abantu batari bake baradusavye ngo tubagirire uko abakuru bibihugu bo ngaha muburundi  bagiye barakurikirana, abandi badusaba ko twohera tubereka uko abami baho hambere muri kahise bakurikiranye.

Kuruyu musi tugiye kubereka rero uko abashoboye kuyobora uburundi bose bakurikiranye duhereye kumwami wambere yayoboye uburundi kugeza kuwanyuma.

Guerier

Nkuko mubizi muri kahise kuburundi hakaba haratwaye abami batari bake imbere yuko haza umuzo wabazungu mugihe baducura bufuni na buhoro ariko incungu zuburundi zikaza kudukurako intwaro yaducura bufuni na buhoro ya zana amagi zana amasoro.

Reka dutangure urutonde rwa bami bayoboye igihugu cu Burundi kugeza  kumuzo wabazunzu.

1 . Umwami NTARE WA 1

2 . MWEZI WA 1

3 . MUTAGA WA 1

4 . MWAMBUTSA WA 1

5 . NTARE WA 2

6 . MWEZI WA 2

7 . MUTAGA WA 2

8 . MWAMBUTSA 2

9 . NTARE WA 3

10 . MWEZI WA 3

11 . MUTAGA WA 3

12 . MWAMBUTSA WA 3

Mumwaka wa 1795 niho habaho gutangura guharura imyaka batwara ariko naho nyene bakaba batanguriye kuri Ntare Rugamba

13 . NTARE  RUGAMBA  WA 4 (1795-1852)

14 . MWEZI  GISABO WA 4 (1852-1908)

15 . MUTAGA  WA 4 (1908-1915)

16 .  MWAMBUTSA WA 4 (1915- 8/7/1966)

17 . NTARE WA 5 (8/7/1966- 28/1966)

Abo bami bose rero bakaba batwaye kuva mukinjana ca 16 kugeza kwishingwa rya repubulika yu Burundi Umwami Ntare wa 5 rero akaba ariwe yatwaye ubwanyuma kugihe cabami aho yatwaye amezi 5 gusa hama hagenwa repubulika yu Burundi mU mwaka wa 1966.

burundi-2Munkuru yacu tukazobandanya tubereka abayoboye ub’ Urundi mugihe hari havuyeho intwaro yagikoroni. Hakaba hari iciyumviro ufise gudhikiriza nakanya kawe canke ico ubona twobashikiriza umwanya nuwiwawe kutwandikira ivyiyumviro vyanyu.


Sangira amakuru n'abagenzwe bikoroheye cane
Categories: Akaranga, Muhira

6 Responses so far.

  1. Mbega ko I mbere yumuzo wabazungu abarundi ko bacura none ubutare babwimba he? 2 bari bafise ubuhinga nubushobozi bwo kubona ahari ubutare?

  2. NIYORUKUNDO says:

    iyo muvuga abami none imbere yaho ntabandi batway igihugu?igihugu cari hehe, ntamutware cari gifise?ko twumva ngo Burundi bwa Nyaburunga, Nyaburunga ninde Cnk yamaz iki kugira bamwitirire Burundi ?gusa ico ngenda nibaza, mbe kahise ku Burundi twiga koko karakwiy Cnk niko turipfuza ukuri muvyakahise murakoze.

    • anne marie fauchet karikurubu says:

      kahise ku Burundi twiga canke twize n amafuti gusa ntbitomoye ntaco umuntu akuramwo bikwiye guhinduka ari ibibi kuko nivyo vyinshi bebegihugu bakabimenya

  3. Ndaruzaniye Révérien says:

    Ikurakuranwa ku ngoma ry’abami barisigura kwinsh: hari abavuga ko habay ibiringo 8 vy’abami 2 naw uti vyabay 4 vy abami 4. Umuco ukwiy kw’ayo makeng nuwuh? uw w yandits uko yoba yafatiy kuk?

  4. Eric says:

    Kuri urwo rutonde rw’abami b’Uburundi, aho mwishunze izandiko z’abakoroni n’Ishengero catholika zisigura urutonde rw’abami 17. Ariko hari urundi rutonde rwemeza abami 9 gusa rufatiye ku bahiga bize ivya kahise. Amatohoza yarabaye guhera uburundi bwikukiye. Abo bahinga ba kahise bafatira ku mva (intatemwa z’abami b’Uburindi no ku mva kandi z’abagabekazi (abagore bavyaye abami) ziri mu Mpotsa (commune Rusaka). Niwashaka turasubira kubandanya tuvugana kuri ico kibazo avec des details.

  5. vianney says:

    Murakoze, mbega dufatiye kuraya mazina agenda akagaruka boba barabana bahabwa ingoma nabase bagaca bitwa amazina yabase? akarorero mutaga1 munyuma ukabona mutaga 2 et 3.

Leave a Reply


Featured Video

Twitter updates