• Oct : 21 : 2016 - Miley Cyrus azwi cane nkumuririmvyi akunda kwambara impenereza yasavye abakunzi biwe ko bamukora kugitsina
  • Oct : 15 : 2016 - Kubera kutambara agahuzu kimbere ,vyatumye abakunzi ba Ashley Diva bibonera amabere yiwe bitabagoye na gato:amafoto
  • Oct : 14 : 2016 - Thaïlande ,umuganwa yakoze ibitari bwakogwe numuganwa numwe kuva isi yabaho:amafoto
  • Oct : 14 : 2016 - Umwigeme yamenyekanye kubera afise amabere 3 yabonetse ariko arakwega abasore 4 nk’imbwa mwibarabara:amafoto
  • Oct : 14 : 2016 - Yiswe icihebe inyuma yo kwiyamiriza kuBurundi butova muri Sentare mpuzamakungu:amajwi

Mugihugu ca Sudan yubumanuko intambara zongeye kwaduka aho abasirikare bo kukirimba ku mukuru wigihugu hamwe nabashigikiye icegera cumukuru wigihugu batanye mumitwe murico gihugu.

sudan_violence_462410097

 

Imumenyeshamakuru yari mugisagara ca Juba akaba yabwiye BBC ko humvikanye inkoho nyinshi hamwe nivyaturika vyinshi bikaba bishobora gushika mugisagara cose, uwo mumenyeshamakuru akaba yamenyesheje ko nibirwanisho bikomakomeye vyakoreshejwe.

Abantu rero barenga 200 bikaba bimaze kumenyekana kwaribo bamaze kuhasiga agatwe kuva kumusi wagatanu bari muntureka yurudaca, igitero canyuma kikaba cabaye inyuma yaho ONU Igize icivuga intureka zikaba zaciye zihagarara.

Muvyo rero ONU yatangaje ikaba yagaye ivyo bitero vyariko biraba muri sudan yubumanuko, iyo ONU rero ikaba yabigaye cane kubera bateye nokubigo vya ONU. Bakaba bamaze no gutumako ingabo mvamakungu ziza gucungera umutekano ngaho muri Sudan Yepfo, abanyagihugu baho mugisagara ca Juba bakaba bamenyesheje BBC ko bakitswe nubwoba kandi ko abasirikare bariko basahura utuntu batunze.

15B0AC4C-4548-43D2-A143-28B70A3978DB_mw1024_s_n

Ivyo rero vyo kwiba bikaba bikorwa mugihe bari baracungera umutekano bakabona atawubabona ko baca basahura ibintu bikaba vyashikirijwe na Ladu David Morris.

 


Sangira amakuru n'abagenzwe bikoroheye cane
Categories: Muhira, Mumakungu, politike

Leave a Reply


Featured Video

Twitter updates