• Apr : 18 : 2018 - Ubusuma bwimodokari mugisagara ca bujumbura
  • Apr : 17 : 2018 - Diamond Platnumz mumaboko ya polisi akaba ashobora gufurwa no kubuzwa kuririmba
  • Oct : 21 : 2016 - Miley Cyrus azwi cane nkumuririmvyi akunda kwambara impenereza yasavye abakunzi biwe ko bamukora kugitsina
  • Oct : 15 : 2016 - Kubera kutambara agahuzu kimbere ,vyatumye abakunzi ba Ashley Diva bibonera amabere yiwe bitabagoye na gato:amafoto
  • Oct : 14 : 2016 - Thaïlande ,umuganwa yakoze ibitari bwakogwe numuganwa numwe kuva isi yabaho:amafoto

Sat B vyari bisanzwe bizwi ko asanzwe yubatse imbere yamategeko hamwe n’umutambukanyi wiwe ikiringo atari gito kandi bakaza no kuvyarana abana bashika kuri 2 ,ubu asa nuwateye akagere umutambukanyi wiwe bari basanzwe babakanye.

Nelly Inabeza niwe yai umutambukanyi w’umuririmvyi Sat B ndetse bakaba bari bamze kuvyarana abana bashika kuri babiri umwe yitwa Leilla uwundi yitwa Karim

Umutambukanyi wa Sat B hamwe n'abana babiri bari bamaze kuvyarana

Umutambukanyi wa Sat B hamwe n’abana babiri bari bamaze kuvyarana

Kuva aho Sat B agiriye mu Rwanda ibintu bikaba vyaciye bitangura guhinduka ndetse bitangurwa kuvugwa ko yoba aca inyuma umugore wiwe .

Ubu rero Sat b akaba yabonetse mu gitanda arikumwe n’umuzungukazi  bivugwa ko boba bari murukundo ndetse no kuri Vodeo biraboneka ko bari murukundo .

Inyuma yayo masanu ya Sat B aboneka arikumwe n’uyu muzungukazi abantu benshi bagiye barayavugako vyinshi aho bamwe bagiye bagaya bimwe bikomeye Sat B kuko ngo yoba yahisemwo umukecuru mugihe abandi bagiye bamugaya kuko nguwo mwigeme basigaye bari kumwe afiseububi budasanzwe.

Bimwe muvyanditse kuri Sat B

Bimwe muvyanditse kuri Sat B

Raba hasi mu masanu ya sat b ingene yariko arasomana n’umuzungukazi basigaye bari mu rukundo


Sangira amakuru n'abagenzwe bikoroheye cane
Categories: Muhira, Umuziki, Urukundo

Leave a Reply


Featured Video

Twitter updates