Miss Monna Walda Kaneza yihanije cane bimwe bikomeye umusore ashaka kumugira aka numero ka 2

 

Miss Monna Walda Kaneza yabaye  1ère dauphine wa Miss Burundi w’umwaka wa 2016 yasize amajambo kuruhome rwiwe rwa Instagram ,asa naho yariko arihaniza bimwe bikomeye umukunzi wiwe ashaka kumubangikanya n’uwundi.

img_20160922_105325_157

Mu majambo ya Miss Monna Walda Kaneza yasize kurukuta rwiwe rwa Instagram yagize ati”Am not the secand option ,Either you choose me or you lose me…” ,tugerageje kubishira mukirimi c’ikirundi yagize ati”Sindi amahitamwo yawe ya kabiri ubishaka uhitemwo jewe canke umbure

 

Miss Monna Walda Kaneza kw'ifoto

Miss Monna Walda Kaneza kw’ifoto

 

 


Sangira amakuru n'abagenzwe bikoroheye cane

You may also like...

2 Responses

  1. Monna walda says:

    Mwaramutse…nari nipfuza gu rectifia ivyo bintu mwanditse mutarinze no gutohoza.sivyo nagato ntamuhungu ariko arangira uwa kabiri…gusa namajambo navuze nshak kwerekana ko abakobwa dutegerezwa guhabwa agaciro tudategerezwa gukinishwa…hama nkaba nibaza ko vyiza mwoza murabanza gutohoza amakuru mutanga kubera ntabwo ari vyiza na gato gutanga inkuru atariyo muba muriko mwonona ubuzimwa bwumuntu…murakoze!

  2. Monna walda says:

    Hanyuma nkasaba ko mwobikurako bishobotse..

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *

Social media & sharing icons powered by UltimatelySocial

Enjoy this blog? Please spread the word :)