• Oct : 21 : 2016 - Miley Cyrus azwi cane nkumuririmvyi akunda kwambara impenereza yasavye abakunzi biwe ko bamukora kugitsina
  • Oct : 15 : 2016 - Kubera kutambara agahuzu kimbere ,vyatumye abakunzi ba Ashley Diva bibonera amabere yiwe bitabagoye na gato:amafoto
  • Oct : 14 : 2016 - Thaïlande ,umuganwa yakoze ibitari bwakogwe numuganwa numwe kuva isi yabaho:amafoto
  • Oct : 14 : 2016 - Umwigeme yamenyekanye kubera afise amabere 3 yabonetse ariko arakwega abasore 4 nk’imbwa mwibarabara:amafoto
  • Oct : 14 : 2016 - Yiswe icihebe inyuma yo kwiyamiriza kuBurundi butova muri Sentare mpuzamakungu:amajwi

Naho bisa nibiteye amakenga ndetse ntibinatahurike rimwe rimwe ko hari umugabo yoshobora kwibaruka ,umwanya ndetse akanakuru nkuko abandi baba babayeho ,Thomas Trace Beatie  yabaye umuntu wambere w’igitsina c’umugabo yibarutse umwana agakura nkuko abandi bose bakura.

Mugihe rero abant benshi bakunze kwibaza  cane ibibazo vyinshi kuruyu mugabo ,ikinyamakuru cacu twahisemwo kubabwira ido nido ry’uyu mugabo afatwa nk’uwudasanzwe.

1:Thomas Trace Beatie  yavutse igenekerezo rya  20 nzero umwaka wa 1974 ,avukira muri reta zunze ubumwe za Amerika mu Ntara ya Hawaii mu gisagara ca Honululu  .

2:Thomas Trace Beatie asanzwe ari umushingwamanza akongera agaharanira agateka kabantu bihinduza ibitsina canke bakiha igitsina bashak bivanye nico bashaka gushikako ,zaba inyungu zabo canke zimiryango yabo.

3:Thomas Trace Beatie yahisemwo kwihindura kuba umugore mu mwaka wa 2002 ,inyuma yaho yaramaze kumenyera ko umugore wiwe Nancy  bari bubakanye afise ikibazo co kutavyara.

Thomas Trace Beatie

Thomas Trace Beatie

4:Thomas Trace Beatie yatwaye imbanyi yambere mu mwaka wa 2007 hakoreshejwe ubuhinga bwa artificial insemination.

5:Thomas Trace Beatie yibarutse abana bashika kuri batatu kuva mu mwaka wa 2007gushika mu mwaka wa 2012.

 

Thomas Trace Beatie ariko aribaruka

Thomas Trace Beatie ariko aribaruka 

Thomas Trace Beatie nabana biwe n'umugore wiwe

Thomas Trace Beatie nabana biwe n’umugore wiwe


Sangira amakuru n'abagenzwe bikoroheye cane

Leave a Reply


Featured Video

Twitter updates