• Oct : 21 : 2016 - Miley Cyrus azwi cane nkumuririmvyi akunda kwambara impenereza yasavye abakunzi biwe ko bamukora kugitsina
  • Oct : 15 : 2016 - Kubera kutambara agahuzu kimbere ,vyatumye abakunzi ba Ashley Diva bibonera amabere yiwe bitabagoye na gato:amafoto
  • Oct : 14 : 2016 - Thaïlande ,umuganwa yakoze ibitari bwakogwe numuganwa numwe kuva isi yabaho:amafoto
  • Oct : 14 : 2016 - Umwigeme yamenyekanye kubera afise amabere 3 yabonetse ariko arakwega abasore 4 nk’imbwa mwibarabara:amafoto
  • Oct : 14 : 2016 - Yiswe icihebe inyuma yo kwiyamiriza kuBurundi butova muri Sentare mpuzamakungu:amajwi

Idi Amin Dada yatwaye igihugu ca Uganda imyaka 8 ,kuva muri 1971 gushika muri 1979 niwe mukuru w’igihugu wenyene yashatse kwishura abazungu ivyo bari bakoreye Abirabure mugushaka nabo kubakoresha ibikorwa biruhije hamwe no kubereka kwari abantu batoya imbere y’umwirabure ,nkuko abazungu babikoze mugihe baza kukoroniza Africa.

Mu mwaka wa 1973 ,Idi Amin Dada yatumyeko abazungu bava mubihugu bitandukanye nk’ubwongereza hamwe na Swede kuza muri Uganda kugira bakorane ubudandaji ,aba bazungu bemeye ubutumire bwa Idi Amin Dada bemera kumusanga kukirimba ciwe aho yarasanzwe aba kumurwa mukuru wa Uganda.

Abo bazungu bagishika kukirimba kwa Idi Amin Dada yarase ko bamukora mu ntoke ahubwo bose abategeka kumuramutsa nkuko abirabure baramutsa abazungu mugihe baba bashitse mugisagara .

000

Idi Amin Dada yabategetse gupfukama hasi hama bakamuramutsa bicishije bugufi cane

 

 

Ntivyahereye ngaho kuko mu mwaka wa 1975 aho  Idi Amin Dada yari yateguye umusi mukuru woguhura n’abari basanzwe bafasha Uganda murico gihe ,Idi Amin Dada yategeka ko abazungu bava mugihugu c’uBwongereza bashika kuri 4 bagenda bamureruye ,aca ategeka uwundi muzungu yava mugihugu ca Swede kugenda afashe umutaka inyuma yiwe.

bi vyose ,Idi Amin Dada yabikorera imbere yamaso yabazungu ndeyse agenda aranaramutsa bamwe mu banyagihugu babaganda bari murivyo birori.

maxresdefault

,Idi Amin Dada areruwe n’abazungu bane uwundi afase umutaka inyuma

Ibi vyose rero ,Idi Amin Dada ngo yabikora mu ntumbero yo gushaka kwihora abazungu ibibi bakoreye abanyafirika mugihe c’ubukoroni hamwe no gushaka kubereka ko nabo ari abantu batoya imbere y’umwirabure.

 


Sangira amakuru n'abagenzwe bikoroheye cane
Categories: Akaranga, Muhira, Mumakungu

Leave a Reply


Featured Video

Twitter updates