• Oct : 21 : 2016 - Miley Cyrus azwi cane nkumuririmvyi akunda kwambara impenereza yasavye abakunzi biwe ko bamukora kugitsina
  • Oct : 15 : 2016 - Kubera kutambara agahuzu kimbere ,vyatumye abakunzi ba Ashley Diva bibonera amabere yiwe bitabagoye na gato:amafoto
  • Oct : 14 : 2016 - Thaïlande ,umuganwa yakoze ibitari bwakogwe numuganwa numwe kuva isi yabaho:amafoto
  • Oct : 14 : 2016 - Umwigeme yamenyekanye kubera afise amabere 3 yabonetse ariko arakwega abasore 4 nk’imbwa mwibarabara:amafoto
  • Oct : 14 : 2016 - Yiswe icihebe inyuma yo kwiyamiriza kuBurundi butova muri Sentare mpuzamakungu:amajwi

Umuganwa Maha Vajiralongkorn wo mugihugu ca Thailande yakoze ibitari bwakorwe numuganwa numwe kw’isi  ,binatuma umuryango wiwe uja mugahinda kadasanzwe.

Kumyaka 63 yamavuko ,Maha Vajiralongkorn ,asanzwe ava mu muryango wabami mugihugu ca Thailand yuriye indege imushikana mugihugu c’uBudagi mugisagara ca Munich yambaye impuzi ziteye isoni n’agahinda.

 Maha Vajiralongkorn arikumwe na se wiwe ,asanzwe ari umwami wa Thailand

Maha Vajiralongkorn arikumwe na se wiwe ,asanzwe ari umwami wa Thailand

Maha Vajiralongkorn ashika kukibuga c’indege ca Munich yari yaje kwakirwa n’abakuru na cane cane abo mu gwego gwa gisirikare bo mu Budagi ariko agishika kukibuga c’indege ca Munich kuri Tapi itukuru ( tapis rouge)bari bamuteguriye abari ngaho bifashe mu maso kubera ukuntu yari yambaye.

Maha Vajiralongkorn yashitse ngaho yambaye agahuzu ko hejuru katamukwiye hamwe n’impantalo yagenda araduzaduza.

Umubiri wiwe waboneka neza ko wuzuyeko ibicapo bimwe abantu bakunda kwishirako bita Tatouage.

Urubuga rwa Bild rwatangaje iyo nkuru rukongera rukerekana ayo mafoto ubwami bwa Thailand bwari bwase kwaja hanze ,rwamenyesheje ko ivyakozwe na Maha Vajiralongkorn ari ibiteye agahinda ndetse ko bishobora gutuma se amuvyara amuharira ivimo kubera ubube gito yerekanye.

14690961_1246575645385856_5111786552670623789_n

Maha Vajiralongkorn yashitse kukibuga c’indege arikumwe n’umukunzi wiwe suthida wimyaka 32 yamavuko

14522792_1246575595385861_1771625572369613456_n

Maha Vajiralongkorn yahawe agateka gahabwa abandi baganwa bose abasirikare bakomeye mamukubitira amasarudi

 


Sangira amakuru n'abagenzwe bikoroheye cane
Categories: Akaranga, Mumakungu

Leave a Reply


Featured Video

Twitter updates