• Oct : 21 : 2016 - Miley Cyrus azwi cane nkumuririmvyi akunda kwambara impenereza yasavye abakunzi biwe ko bamukora kugitsina
  • Oct : 15 : 2016 - Kubera kutambara agahuzu kimbere ,vyatumye abakunzi ba Ashley Diva bibonera amabere yiwe bitabagoye na gato:amafoto
  • Oct : 14 : 2016 - Thaïlande ,umuganwa yakoze ibitari bwakogwe numuganwa numwe kuva isi yabaho:amafoto
  • Oct : 14 : 2016 - Umwigeme yamenyekanye kubera afise amabere 3 yabonetse ariko arakwega abasore 4 nk’imbwa mwibarabara:amafoto
  • Oct : 14 : 2016 - Yiswe icihebe inyuma yo kwiyamiriza kuBurundi butova muri Sentare mpuzamakungu:amajwi

Jasmine Tridevil ,umwigeme wo muri reta zunze ubumwe bwa Amerika yamamaye kw’isi  cane kubera kugira amabere atatu ,yabonetse mumababaraba yo muri reta zunze ubumwe za Amerika ariko arakwega abagabo bashika bane mwibarabara nkakurya umuntu akwega imbwa.

nb-194058-635555481145681869

Jasmine Tridevil ariko arakwega abagabo 4 mwibarabara

Ibi rero bikaba bitavuzweko rumwe nababonye ibi vyakozwe nuyu mwigeme kuko  benshi bemeje kwari agasuzugro yakoreye igitsina gabo mugihe abandi bemeza kwivyo yabikoze kugira agume avugwa mubimenyesha makuru

jasmine-tridevil afashe abagabo 3 nk’imbwa

.

 


Sangira amakuru n'abagenzwe bikoroheye cane
Categories: Akaranga, Mumakungu

Leave a Reply


Featured Video

Twitter updates