• Oct : 21 : 2016 - Miley Cyrus azwi cane nkumuririmvyi akunda kwambara impenereza yasavye abakunzi biwe ko bamukora kugitsina
  • Oct : 15 : 2016 - Kubera kutambara agahuzu kimbere ,vyatumye abakunzi ba Ashley Diva bibonera amabere yiwe bitabagoye na gato:amafoto
  • Oct : 14 : 2016 - Thaïlande ,umuganwa yakoze ibitari bwakogwe numuganwa numwe kuva isi yabaho:amafoto
  • Oct : 14 : 2016 - Umwigeme yamenyekanye kubera afise amabere 3 yabonetse ariko arakwega abasore 4 nk’imbwa mwibarabara:amafoto
  • Oct : 14 : 2016 - Yiswe icihebe inyuma yo kwiyamiriza kuBurundi butova muri Sentare mpuzamakungu:amajwi

Fabien Banciryanino,umushingamateka yatowe mu runani Amizero y’abarundi ariko ari kuruhande rwa Charles Nditije niwe yafashwe nkumwihevyi inyuma yaho amenyeshereje ko adashigikiye na gato ingingo yuko uBurundi bwokurwa muri Sentare Mpuzamakungu y’iRahe.

Atarya umunwa na gato Fabien Banciryanino ,yamenyesheje ko hamwe uBurundi bwokurwa muriyo sentare mpuzamakungu kwoba ari gusasira indava abagizi ba nabi hamwe no gushaka gukingira abarengera agateka kazina muntu mu Burundi.

Fabien Banciryanino yabandanije anamenyesha ko mubihe uBurundi burimwo ico atarico kibazo nyamukuru co kwihutira ,ahubwo ko bari bakwiye kwihutira imigambi yiterambere yotuma uBurundi bwogorora.

Naho ,Fabien Banciryanino yariye umutima amenyo akemera kumenera inda ku rwara ari imbere y’abandi bashingamateka barenga ijana batari bahuje iyo ngingo ,umukuru w’inama nshinga mateka y’uBurundi  Pascal Nyabenda , wewe ntiyamwihanganiye nagato kuko yaciye amwishura asa naho ariko aratwnga agira ati”..wewe uri icihebe ewe Honorable  Fabiyano…eeeehee  ..”

Umviriza ubutumwa bwashikirijwe na Fabien Banciryanino

.

 


Sangira amakuru n'abagenzwe bikoroheye cane
Categories: Muhira, politike

One Response so far.

  1. samuel says:

    Mbe iki kinyamakuru gikoramwo injavyi canke abaciga umwuga ? Murashobora kubesha gutyo? Yamwise ici hebe ? Uko navyumvise nuko yamubajije ikibazo nyuma y uko uwo dépité yaravuze ngo mugutora iryo tegeko bibe mubwihisho ngo kubera abenshi baratinya. Naw baca bamubaza bati none ww uri ici hebe? Kubivugiy kumugaragaro.

Leave a Reply


Featured Video

Miley Cyrus azwi...

Posted on Oct - 21 - 2016

0 Comment

Yiswe icihebe inyuma yo...

Posted on Oct - 14 - 2016

1 Comment

UMUGABO YAGIYE IBURAYI N’...

Posted on Jan - 16 - 2016

0 Comment

50 Cent yakubise umwana...

Posted on Jun - 20 - 2016

0 Comment

Shocking news : A...

Posted on Feb - 23 - 2016

0 Comment

Google irapima ama Drones...

Posted on Feb - 22 - 2016

0 Comment

Twitter updates