• Oct : 21 : 2016 - Miley Cyrus azwi cane nkumuririmvyi akunda kwambara impenereza yasavye abakunzi biwe ko bamukora kugitsina
  • Oct : 15 : 2016 - Kubera kutambara agahuzu kimbere ,vyatumye abakunzi ba Ashley Diva bibonera amabere yiwe bitabagoye na gato:amafoto
  • Oct : 14 : 2016 - Thaïlande ,umuganwa yakoze ibitari bwakogwe numuganwa numwe kuva isi yabaho:amafoto
  • Oct : 14 : 2016 - Umwigeme yamenyekanye kubera afise amabere 3 yabonetse ariko arakwega abasore 4 nk’imbwa mwibarabara:amafoto
  • Oct : 14 : 2016 - Yiswe icihebe inyuma yo kwiyamiriza kuBurundi butova muri Sentare mpuzamakungu:amajwi

Miley Cyrus azwi cane mukwambara impuzu ngufi ngufi canke izimwambika ubusa ndetse akaba numwe mubaririmvyikazi bakunda  gukora ibintu benshi  babona nk’ubusambanyi  aba ariko arakorera kuri Scene mugihe aba ariko araririmba ,yongeye gukora ibintu vyatangaje abantu benshi aho yemerera abakunzi bumuziki wiwe kumukora kugitsina ciwe atangorane.

Ibi ,Miley Cyrus  yabikoze mugihe yariko ararimba murukurikirane rw’ibiteramo vyiwe yiswe, Bangerz tour  aho yari mu gice  ca  Vancouver giherereye mu gihugu ca Canada.

touch-1024x787

Miley Cyrus w’imyaka 23 yamavuko yaretse abari baje mugiteramo ciwe kwikorera kugihimba c’irindoka ciwe atannkomanzi

Ibi sivyo gusa Miley Cyrus yakoze ,ahubwo yabandanije akora ibintu vyatanje benshi aho yabandanije atamba mu ntambo zitangaje aho yaboneka ariko arikora kubihimba vy’irondoka vyiwe ahandi akaboneka yabisize hejuru.

Miley Cyrus Ariko arikora kugitsina ciwe

Miley Cyrus Ariko arikora kugihimba c’irondoka ciwe

.


Sangira amakuru n'abagenzwe bikoroheye cane
Categories: Akaranga, Muhira, Umuziki

Leave a Reply


Featured Video

Twitter updates