• Oct : 21 : 2016 - Miley Cyrus azwi cane nkumuririmvyi akunda kwambara impenereza yasavye abakunzi biwe ko bamukora kugitsina
  • Oct : 15 : 2016 - Kubera kutambara agahuzu kimbere ,vyatumye abakunzi ba Ashley Diva bibonera amabere yiwe bitabagoye na gato:amafoto
  • Oct : 14 : 2016 - Thaïlande ,umuganwa yakoze ibitari bwakogwe numuganwa numwe kuva isi yabaho:amafoto
  • Oct : 14 : 2016 - Umwigeme yamenyekanye kubera afise amabere 3 yabonetse ariko arakwega abasore 4 nk’imbwa mwibarabara:amafoto
  • Oct : 14 : 2016 - Yiswe icihebe inyuma yo kwiyamiriza kuBurundi butova muri Sentare mpuzamakungu:amajwi

Archive for the ‘Akaranga’ Category

Miley Cyrus azwi cane mukwambara impuzu ngufi ngufi canke izimwambika ubusa ndetse akaba numwe mubaririmvyikazi bakunda  gukora ibintu benshi  babona nk’ubusambanyi  aba ariko arakorera kuri Scene mugihe aba ariko araririmba ,yongeye gukora ibintu vyatangaje abantu benshi aho yemerera abakunzi bumuziki wiwe kumukora kugitsina ciwe atangorane. Ibi ,Miley Cyrus  yabikoze mugihe yariko ararimba murukurikirane rw’ibiteramo vyiwe yiswe, Bangerz tour  aho yari mu gice  ca  Vancouver giherereye mu gihugu ca Canada. Ibi   Read More ...

Categories: Akaranga, Muhira, Umuziki

Umuganwa Maha Vajiralongkorn wo mugihugu ca Thailande yakoze ibitari bwakorwe numuganwa numwe kw’isi  ,binatuma umuryango wiwe uja mugahinda kadasanzwe. Kumyaka 63 yamavuko ,Maha Vajiralongkorn ,asanzwe ava mu muryango wabami mugihugu ca Thailand yuriye indege imushikana mugihugu c’uBudagi mugisagara ca Munich yambaye impuzi ziteye isoni n’agahinda. Maha Vajiralongkorn ashika kukibuga c’indege ca Munich yari yaje kwakirwa n’abakuru na cane cane abo mu gwego gwa gisirikare bo mu Budagi ariko agishika kukibuga c’indege   Read More ...

Categories: Akaranga, Mumakungu

Jasmine Tridevil ,umwigeme wo muri reta zunze ubumwe bwa Amerika yamamaye kw’isi  cane kubera kugira amabere atatu ,yabonetse mumababaraba yo muri reta zunze ubumwe za Amerika ariko arakwega abagabo bashika bane mwibarabara nkakurya umuntu akwega imbwa. Ibi rero bikaba bitavuzweko rumwe nababonye ibi vyakozwe nuyu mwigeme kuko  benshi bemeje kwari agasuzugro yakoreye igitsina gabo mugihe abandi bemeza kwivyo yabikoze kugira agume avugwa mubimenyesha makuru .   Share PostTwitterFacebookGoogle +1Email

Categories: Akaranga, Mumakungu

Idi Amin Dada yatwaye igihugu ca Uganda imyaka 8 ,kuva muri 1971 gushika muri 1979 niwe mukuru w’igihugu wenyene yashatse kwishura abazungu ivyo bari bakoreye Abirabure mugushaka nabo kubakoresha ibikorwa biruhije hamwe no kubereka kwari abantu batoya imbere y’umwirabure ,nkuko abazungu babikoze mugihe baza kukoroniza Africa. Mu mwaka wa 1973 ,Idi Amin Dada yatumyeko abazungu bava mubihugu bitandukanye nk’ubwongereza hamwe na Swede kuza muri Uganda kugira bakorane ubudandaji ,aba bazungu bemeye ubutumire bwa Idi   Read More ...

Categories: Akaranga, Muhira, Mumakungu

Featured Video

Twitter updates