• Oct : 21 : 2016 - Miley Cyrus azwi cane nkumuririmvyi akunda kwambara impenereza yasavye abakunzi biwe ko bamukora kugitsina
  • Oct : 15 : 2016 - Kubera kutambara agahuzu kimbere ,vyatumye abakunzi ba Ashley Diva bibonera amabere yiwe bitabagoye na gato:amafoto
  • Oct : 14 : 2016 - Thaïlande ,umuganwa yakoze ibitari bwakogwe numuganwa numwe kuva isi yabaho:amafoto
  • Oct : 14 : 2016 - Umwigeme yamenyekanye kubera afise amabere 3 yabonetse ariko arakwega abasore 4 nk’imbwa mwibarabara:amafoto
  • Oct : 14 : 2016 - Yiswe icihebe inyuma yo kwiyamiriza kuBurundi butova muri Sentare mpuzamakungu:amajwi

Archive for the ‘Inkino’ Category

Tiago Messi ,umuhungu mukuru w’igihangange mumupira wamaguru kw’isi akaba n’igihangange mu murwi wo muri Easpagne ariwo Fc Barcelona ndetse na kizigenza w’umurwi wiwe nserukira gihugu wa Argentine ,umuhingu wiwe mukuru w’imyaka 3 gusa yamavukoyamaze kugurwa n’umurwi wa Fc Barcelona . Naho Lionel Messi yaheruka gutangaza mukiganiro gisanzwe kizwi nka “Polemica en el Bar”ko umuhungu wiwe adakozwa ivyumupira ,ngo yaboye ko biba ngobwa ko uyu muhungu wiwe mukuru Tiago Messi kwategerezwa   Read More ...

Categories: Inkino, Muhira, Mumakungu

Inyuma yinkino zokwinonora imitsi zariko zirabera mugihugu ca Bresil hakaba hagiye haribonekeza ukwakira abanonotsi batahanye imidari murweze ntangere. Umunonotsikazi Sakshi Malik aturuka mugihugu cubuhinde yakiriwe nabantu isinzi harimwo numushikiranganji atwara intara avukamwo. Uwo Sakshi Malik  akaba yatahanye umudari wa bronze inyuma yo gutsina uwo bahiganwa itariki 18 zuku kwzi nyene mumahiganwa yabera i Rio, aho yataha avuye muri Bresil ashitse kukibuga c’ Indege gikuru ca Indira Gandhi,  Sakshi Malik abantu bo mugice ca Mundka   Read More ...

Categories: Inkino, Muhira

Mugihe haheze amasaha make gusa uburongozi bwinkino ngaha mugihugu cacu bumenyesheje imirwi yo mucicaro cambere hamwe no mucicaro cakabiri ko bagiye kuza barariha ama tax ariyo TVA. Ivyo rero bikaba birebana nabahana hanana  abakinyi mumirwi yomurivyo vyicaro, ariko benshi batanguye kwibaza nimba koko hazosubira kubaho uguhanahana abo bakinyi, mugihe tuziko inkino zaha iwacu atakintu kinini zinjiza nkuko tubibwirwa nabamwe barimurizo nkino. Mugihe rero umurwi umwe uzoba ushaka guha umukinyi uwundi   Read More ...

Categories: Inkino, Muhira

RIO DE JANEIRO: Umwami wo kwiruka  kandi akaba n’umustar azwi kw’isi muri Rio de Janeiro, Usain Bolt wo muri jamayika yarerekane icari, mukumenyesha Ko yari uwambere, igihe biyerekana kuw’lmana mw’ijoro nkabantu benshi bakubise yivuga izina. Hama Bolt yaronse akandi karyo, mukwiruka imetero 100 muma seconde 9,81, ikintu camugize umuntu akomeye mukwiruka imyanya yose. Niwe mugabo wenyene yatsinze imikino ya olympiques yokwiruka imetero ijana icuro zitatu, ikurikirana. Uwobahigana, Justin Galtin wo   Read More ...

Categories: Inkino, Muhira, Mumakungu

Featured Video

Twitter updates