• Oct : 21 : 2016 - Miley Cyrus azwi cane nkumuririmvyi akunda kwambara impenereza yasavye abakunzi biwe ko bamukora kugitsina
  • Oct : 15 : 2016 - Kubera kutambara agahuzu kimbere ,vyatumye abakunzi ba Ashley Diva bibonera amabere yiwe bitabagoye na gato:amafoto
  • Oct : 14 : 2016 - Thaïlande ,umuganwa yakoze ibitari bwakogwe numuganwa numwe kuva isi yabaho:amafoto
  • Oct : 14 : 2016 - Umwigeme yamenyekanye kubera afise amabere 3 yabonetse ariko arakwega abasore 4 nk’imbwa mwibarabara:amafoto
  • Oct : 14 : 2016 - Yiswe icihebe inyuma yo kwiyamiriza kuBurundi butova muri Sentare mpuzamakungu:amajwi

Archive for the ‘politike’ Category

Fabien Banciryanino,umushingamateka yatowe mu runani Amizero y’abarundi ariko ari kuruhande rwa Charles Nditije niwe yafashwe nkumwihevyi inyuma yaho amenyeshereje ko adashigikiye na gato ingingo yuko uBurundi bwokurwa muri Sentare Mpuzamakungu y’iRahe. Atarya umunwa na gato Fabien Banciryanino ,yamenyesheje ko hamwe uBurundi bwokurwa muriyo sentare mpuzamakungu kwoba ari gusasira indava abagizi ba nabi hamwe no gushaka gukingira abarengera agateka kazina muntu mu Burundi. Fabien Banciryanino yabandanije anamenyesha ko mubihe uBurundi burimwo ico atarico   Read More ...

Categories: Muhira, politike

Igenekerezo rya 13 gitugutu umwaka wa 1961 ,niho umugereki Jean Kageorgis yagandagura umuganwa atari umugani Rudoviko Rwagasore ,Uburundi buba butanguye kurwa mu mwijima udasanzwe kuko bwari bubuze uwari yakoze atiziganya kugira umurundi wese aronke ubwigenge akwiriye. Naho uru rupfu rwa Rudoviko Rwagasore rusa nurwabaye akamizwe n’ingoma ndetse bikanavugwa ko ababirigi bari mubagirizwa cane urupfu rwa Rudoviko Rwagasore bagiye barazimanganya ibimenyetso vyose vyari gutuma haboneka ukuri ,abantu benshi basigaye bemeza ko urupfu rwa Rudoviko   Read More ...

Categories: Muhira, politike

Mè RUFYIKIRI Isidore asanzwe ari mubarwanya umukuru w’igihugu c’uBurundi ,Pierre Nkurunziza yamenyesheje ko igihe co kwibohora cageze kandi ko hategerezwa gukorwa ibishoboka vyose kugira habe ukwibohora. “wanka gusesera amaraso uburundi imbwa zikayanwera ubusa“aya nawe mumajambo atangaje Mè RUFYIKIRI Isidore yashikirije mugihe yariko arahamagarira abasanzwe bari kumwe nawe murugamba rwo kurwanya Nkurunziza kugira baje hamwe bamukure kubutegetsi. Umviriza mu majwi ngaho musi Mè RUFYIKIRI Isidore Bandanya udukurikira kuri Facebook yacu kuri :umubanyi.com Share   Read More ...

Categories: Akaranga, Muhira, politike

Mugihe reta y’u  Burundi iheruka kwankira Onu irungikwa ryaba Polisi bagera kuri 228 baje gucungera amahoro, kubwa richard Ciramunda siko abibona. Richard Ciramunda nkuko yariko aravugana numumenyesha makuru wa rfi international akaba yamenyesheje ko kurungikwa kwaba polisi 228 ari ibihenda maso kubera ko abo ba polisi ari bake cane mugikorwa co gukingira abanyagihugu. Richard Ciramunda rero akaba yavuzeko mugihe hari imyigaragamvyo yo kwiyamiriza izo nteko zaba polisi baba faransa ko   Read More ...

Categories: Muhira, politike

Featured Video

Miley Cyrus azwi...

Posted on Oct - 21 - 2016

0 Comment

Yiswe icihebe inyuma yo...

Posted on Oct - 14 - 2016

1 Comment

Rihanna yamenyesheje ko ...

Posted on Feb - 4 - 2016

0 Comment

Igice ca 2 :...

Posted on Jul - 31 - 2016

0 Comment

Ibintu 5 vyogufasha kurinda...

Posted on Apr - 10 - 2016

0 Comment

Amajambo ya Chef d’...

Posted on Feb - 23 - 2016

0 Comment

Twitter updates