• Oct : 21 : 2016 - Miley Cyrus azwi cane nkumuririmvyi akunda kwambara impenereza yasavye abakunzi biwe ko bamukora kugitsina
  • Oct : 15 : 2016 - Kubera kutambara agahuzu kimbere ,vyatumye abakunzi ba Ashley Diva bibonera amabere yiwe bitabagoye na gato:amafoto
  • Oct : 14 : 2016 - Thaïlande ,umuganwa yakoze ibitari bwakogwe numuganwa numwe kuva isi yabaho:amafoto
  • Oct : 14 : 2016 - Umwigeme yamenyekanye kubera afise amabere 3 yabonetse ariko arakwega abasore 4 nk’imbwa mwibarabara:amafoto
  • Oct : 14 : 2016 - Yiswe icihebe inyuma yo kwiyamiriza kuBurundi butova muri Sentare mpuzamakungu:amajwi

Archive for the ‘Ubuhinga bwanone’ Category

Inzoga yitwa satan yatanguye kugurishwa muri Africa yepfo kandi ngo barategura kuyishikana muri Africa yose mu myaka itarenze 2 gusa. Nkuko tubikesha imwe mumaradiyo asanzwe asamiranira muri Africa y’ubuseruko mu gihugu ca Kenya ,mu gihugu ca Africa yepfo hasizwe kumugaragaro inzoga yitiriwe izina rya Satan. Ibi bije inyuma yigihe kitari gito hagenda hakorwa ibinyobwa bitandukanye hamwe n’ivyambarwa bitandukanye bihayagiza satan ariko vyovyo bikaba vyaza bisa nibinyegeje ,kugira abantu ntibabone vyukuri   Read More ...

Muri Reta zunze ubuwe bwa Amerika mu gisagara ca Calfornia habonetse imodoka yo mubwoko bwa Limousine ifatwa kwariyo modoka ifise uburebure bunini cane gusumvya izindi modoka zose kw’isi. Iyi modoka idasanzwe yakozwe n’umuhinga mugukora amamodoka asanzwe afatwa nkumwe mubakunda gukora ibintu bitangaje mugisagara ca California azwi kw’izina rya Jay Ohrberg. Jay Ohrberg agikora iyo modoka abantu benshi barayitangariye ndetse binatuma uyu mugabo atangurwa gushigwa mu binyamakuru bitandukanye vyo mugisagara ca California   Read More ...

Imodokari yunguruza abantu y’indogoba mugihugu c’ubushinwa. Muriyi ndwi ingendeshwa yaritungiwe kwibarabara, imiduga yama iyica iruhande, ikaba yarashobowe kugeragezwa mugihugu c’ubushinwa. Mugabo hari ibitsitaza vyinshi kw’iki kintu kugira hashobore kuboneka inyishu ishoboka kubibazo bimwe bimwe Vy’uruja nuruja(circulation). Mugabo ibibazo bibazwa ubu bibazako umugambi ushoboka canne ko woba ubaho. Iciyumviro co kugendesha uyo muduga ukozwe n’indogoba wabonetse ubwambwere mubushinwa mumwaka w’2010 ntabwo wibonekeje cane ariko wahavuye uboneka High-tech, Beijing aho werekanywe mwihayanishwa   Read More ...

Mugihe twari dusanzwe tuziko muburundi kukibuga c’ indege ca Bujumbura ko hari ibikoresho bimwe bimwe bitagikora ibindi atabihari hari ivyamaze gushirwaho mugisanura ico kubuga c’ indege. Itunganywa rishasha ry’ikibuga c’indege ca bujumbura hakoreshejwe camera zifata amasanamu kubiriko biraba bitwa camera de surveillance (CCTV),  nitunganywa ryaho indege zihagarara nisuniramwo ry’ivyuma vya scanners zikoresha imishwarara X (rayons X) zarashizwe kwico kibuga niyo migambi ikomeye yashizwe imbere mugisata co kunguruza abantu nibintu biciye   Read More ...

Categories: Muhira, Ubuhinga bwanone

Featured Video

Miley Cyrus azwi...

Posted on Oct - 21 - 2016

0 Comment

Yiswe icihebe inyuma yo...

Posted on Oct - 14 - 2016

1 Comment

Kaz’O’ zah Art ikigo...

Posted on Apr - 4 - 2016

0 Comment

Music : Inzira ucamwo...

Posted on Jun - 21 - 2016

0 Comment

Sultan umugabo muremure kw’...

Posted on Mar - 11 - 2016

0 Comment

Ivyashikirijwe na Hon. Come...

Posted on Apr - 12 - 2016

0 Comment

Les 5 choses...

Posted on Jun - 12 - 2016

0 Comment

Twitter updates