• Oct : 21 : 2016 - Miley Cyrus azwi cane nkumuririmvyi akunda kwambara impenereza yasavye abakunzi biwe ko bamukora kugitsina
  • Oct : 15 : 2016 - Kubera kutambara agahuzu kimbere ,vyatumye abakunzi ba Ashley Diva bibonera amabere yiwe bitabagoye na gato:amafoto
  • Oct : 14 : 2016 - Thaïlande ,umuganwa yakoze ibitari bwakogwe numuganwa numwe kuva isi yabaho:amafoto
  • Oct : 14 : 2016 - Umwigeme yamenyekanye kubera afise amabere 3 yabonetse ariko arakwega abasore 4 nk’imbwa mwibarabara:amafoto
  • Oct : 14 : 2016 - Yiswe icihebe inyuma yo kwiyamiriza kuBurundi butova muri Sentare mpuzamakungu:amajwi

Archive for the ‘Ubutunzi’ Category

Muri Reta zunze ubuwe bwa Amerika mu gisagara ca Calfornia habonetse imodoka yo mubwoko bwa Limousine ifatwa kwariyo modoka ifise uburebure bunini cane gusumvya izindi modoka zose kw’isi. Iyi modoka idasanzwe yakozwe n’umuhinga mugukora amamodoka asanzwe afatwa nkumwe mubakunda gukora ibintu bitangaje mugisagara ca California azwi kw’izina rya Jay Ohrberg. Jay Ohrberg agikora iyo modoka abantu benshi barayitangariye ndetse binatuma uyu mugabo atangurwa gushigwa mu binyamakuru bitandukanye vyo mugisagara ca California   Read More ...

Mu ntumbero yo guhasha bimwe biboneka hamwe no kuryanya imirwi yose yitwaje ibigwanisho harimwo na cane cane umurwi umaze kwica abantu benshi murico gihugu ca Nigeria ariwo Boko Haram ,igihugu ca Nigeria ubu gisanzwe kiramutswa Bohari cashimye kugura indege z’intambara zishika kuri 12 kugira bahashe neza imigwi yose yitwaje ibigwanisho murico gihugu Ibi vyatangajwe na Maréchal Saddik Abubakar asanzwe avugira igisirikare ca Nigeria abicishije kumboneshakure y’igihugu  NTA . Maréchal Saddik Abubakar yamenyesheje ko izi ndege   Read More ...

Categories: Muhira, Mumakungu, Ubutunzi

Ivyirwa vyakorewawe muri kaminuza imwe yo muri America yerekanye ibihugu vyokumugabane wa Africa vyirukirwa nabanyamahanga mubijanye no kuhakorera. Ivyo vyirwa rero bikaba vyakorewe kubanyamahanga bagera kuri 55 basanzwe bakorera mubihugu vya Africa bakaba aribo bamenyesheje ibihugu vyirukirwa nabanyamahanga kuja gushirayo imitahe yabo kubera bahabona kazoza keza. Abo nabo hakaba harimwo abatanga imitahe aha twovuga nka banke ya america BNP Parisbas, Edmond Rothschild, Proparco, Qatar National Bank, Rothschild & Cie, Standard Bank,   Read More ...

Categories: Muhira, Mumakungu, Ubutunzi

Nkuko bisanzwe bizwi neza ko hariko harubakwa urugomero ryumuyagankuba kuruzi rwa mpanda kugira abarundi batari bake bashobore kuronka umuyaga nkuba ibikorwa ngo biriko biragenda neza nkuko vyashikirijwe nababijejwe mugihe bari bishikiye ahariko habera ivyo bikorwa. Nkuko vyashikirijwe numushikiranganji wubutare nubutaka bwana Hon. Come Manirakiza mugihe yari yishikiye ahariko harubakwa urwo rugomero rwumuyagankuba kuruzi rwa mpanda, aho urwo rugomero ruzoha abanyagihugu batari bake umuyagankuba. Bwana Come Manirakiza akaba yatanguriye urugendo rwiwe   Read More ...

Categories: Muhira, Ubutunzi

Featured Video

Miley Cyrus azwi...

Posted on Oct - 21 - 2016

0 Comment

Yiswe icihebe inyuma yo...

Posted on Oct - 14 - 2016

1 Comment

Uko woturira ibinure mumubiri...

Posted on Aug - 1 - 2016

0 Comment

Barack Obama nishavu ryinshi...

Posted on Jun - 15 - 2016

0 Comment

OTAN : 31.000 troupes,...

Posted on Jun - 7 - 2016

0 Comment

IBIHUGU 10 VYOKWIRINDA ...

Posted on Jan - 17 - 2016

0 Comment

DJ Kolly amenyesha ko...

Posted on Apr - 11 - 2016

0 Comment

Twitter updates