• Oct : 21 : 2016 - Miley Cyrus azwi cane nkumuririmvyi akunda kwambara impenereza yasavye abakunzi biwe ko bamukora kugitsina
  • Oct : 15 : 2016 - Kubera kutambara agahuzu kimbere ,vyatumye abakunzi ba Ashley Diva bibonera amabere yiwe bitabagoye na gato:amafoto
  • Oct : 14 : 2016 - Thaïlande ,umuganwa yakoze ibitari bwakogwe numuganwa numwe kuva isi yabaho:amafoto
  • Oct : 14 : 2016 - Umwigeme yamenyekanye kubera afise amabere 3 yabonetse ariko arakwega abasore 4 nk’imbwa mwibarabara:amafoto
  • Oct : 14 : 2016 - Yiswe icihebe inyuma yo kwiyamiriza kuBurundi butova muri Sentare mpuzamakungu:amajwi

Archive for the ‘Umuziki’ Category

Miley Cyrus azwi cane mukwambara impuzu ngufi ngufi canke izimwambika ubusa ndetse akaba numwe mubaririmvyikazi bakunda  gukora ibintu benshi  babona nk’ubusambanyi  aba ariko arakorera kuri Scene mugihe aba ariko araririmba ,yongeye gukora ibintu vyatangaje abantu benshi aho yemerera abakunzi bumuziki wiwe kumukora kugitsina ciwe atangorane. Ibi ,Miley Cyrus  yabikoze mugihe yariko ararimba murukurikirane rw’ibiteramo vyiwe yiswe, Bangerz tour  aho yari mu gice  ca  Vancouver giherereye mu gihugu ca Canada. Ibi   Read More ...

Categories: Akaranga, Muhira, Umuziki

Kubera kutambara agahuzu kimbere gafata canke ngo kanyegeze amabere vyatumye ,umuririmvyikazi Ashley Diva yerekana amabereye yiwe ,aja kumugaragaro atacamira. Ibi Asshley Diva asa nayo yabigize nkumwambaro(stlye) mushasha kuriwe kuko yabonetse incuro zibiri zose yambaye murubwo buryo butuma imoko zamabere yiwe ziboneka atankomanzi. Raba amafoto hasi yerekana uburyo Ashley Diva yari yambaye Raba Video nshasha iheruka gukorwa na Ashley Diva ngaho musi Share PostTwitterFacebookGoogle +1Email

Categories: Muhira, Umuziki, Urukundo

Sat B vyari bisanzwe bizwi ko asanzwe yubatse imbere yamategeko hamwe n’umutambukanyi wiwe ikiringo atari gito kandi bakaza no kuvyarana abana bashika kuri 2 ,ubu asa nuwateye akagere umutambukanyi wiwe bari basanzwe babakanye. Nelly Inabeza niwe yai umutambukanyi w’umuririmvyi Sat B ndetse bakaba bari bamze kuvyarana abana bashika kuri babiri umwe yitwa Leilla uwundi yitwa Karim Kuva aho Sat B agiriye mu Rwanda ibintu bikaba vyaciye bitangura guhinduka ndetse bitangurwa kuvugwa ko yoba   Read More ...

Categories: Muhira, Umuziki, Urukundo

Pierre Nkurikiye asanzwe avugira ugwego rw’igipolisi c’uBurundi PNB , akongera akaba n’umuririmvyi yasize hanze amasanamu y’indirimbo yiwe nshasha yitwa “Iyo Nkinzo” Pierre Nkurikiye akaba ashize aya asanamu y’iyi ndirimbo hanze inyuma yaho yaheruka kuririmba iyindi ndirimbo nayo nyene yakoreye amasanamu yitwa “Cinjire” Raba ngaho hasi amasanamu y’indirimbo ya Pierre Nkurikiye . Share PostTwitterFacebookGoogle +1Email

Categories: Akaranga, Muhira, Umuziki

Featured Video

Twitter updates